Erica & Jessica – Ndi Ku Rutare

Let’s come together, with a heart of worship
Isaiah 43:2 says
Let’s embrace this grace

Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry’ ibirenge vyanje
Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry’ ibirenge vyanje

No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
Kubw’ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare
No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
Kubw’ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare

Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry’ibirenge vyanje
Ncishijwe bugufi
N’ijambo ryawe
Ryo tabaza ry’ibirenge vyanje

No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
kubw’ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare
No mu mazi menshi no mu muriro
Ntaco nzoba
kubw’ijambo ryawe je ndashikamye
Ndi ku Rutare

Ndi Kumwe namwe ndakomeye
Ntaco nzoba ijambo ryawe rirankomeza no
Mu miraba
Ndi Kumwe namwe ndakomeye
Ntaco nzoba ijambo ryawe rirankomeza no
Mu miraba
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Ooohh ooohh ooohh ooohh

Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh
Yahweh Yahweh Yahweh Yahweh

He’s my shepherd, He’s my helper in my
Highs and lows
Through the deep waters, through the fire
I am safe in your hands
For your word is with me I will be still on the mighty Rock
Through the deep waters, through the fire
I am safe in your hands
For your word is with me I will be still on the mighty Rock

Hata katika maji na kwa moto, sitaogopa
Kwa Neno lako nimeimarishwa niko juu ya
Mwamba
Hata katika maji na kwa moto, sitaogopa
Kwa Neno lako nimeimarishwa niko juu ya
Mwamba

Ndikumwe nawe ndakomeye , Ntaco nzoba
Ijambo ryawe rirankomeza no mu miraba
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Gutabarwa kwanje kuri muri wewe
Ooohh ooohh ooohh ooohh

Rayvanny – Sweet

Do, do, do, do Lord have mercy (Soundboy) If this is a dream baby I don’t wanna wake...

Arrow Bwoy – This Year

Blessings follow me Big money follow me Heartbreaks don't follow me no no Good vibes follow me Great...

Ssaru – Rhumba ya Ssaru

Hello baby shika simu kuna news fulani Najua kwamba huna habari la kwanza fahamu nakuja...